Isezerano rya Kera

Hoseya

Hoseya — hitamwo igice

Umuvugishwamana ategekwa gukunda umugore atari umwizigirwa, kugira ngo Isirayeli ibone ingene Data wacu akunda abantu batari abizigirwa. Ivyo bitanga ishusho ya se irimwo ubwuzu kuruta izindi zose mu Bavugishwamana.

Umuvugishwamana ategekwa gukunda umugore atari umwizigirwa, kugira ngo Isirayeli ibone ingene Data wacu akunda abantu batari abizigirwa.