Isezerano rya Kera
Malaki
Ijwi rya nyuma ry'Isezerano rya Kera rihanura abantu bari barahindutse abanegura kandi bakonje, rigasozera ico gihe ryitezeye umuseke uje w'ugukira. Ritangurana na Data atangaza adahwema ko abakunda.
Ritangurana na Data atangaza adahwema ko abakunda.